Vermont's Promising Jobs 2025-2026 (Kirundi)

Page 1


BUHEMBA NEZA

MURI VERMONT

IKIGABANE 20252026

UBUZI BUHEMBA NEZA, BURONDERWA CANE MURI VERMONT

Menya ubuzi buhemba neza kandi bwitezwe ko buzoba buronderwa cane muri Vermont. Ni ubuhe buhuye n’inyungu zawe, indangagaciro, canke imibereho vyawe?

UBUZI BUHEMBERWA NEZA MURI VERMONT

Urakunda gukorana n’abandi bantu kandi urakoresha uguhanga bisha kugira uyobore canke wemeze

Abahagarariye Ubudandaji – Ibicuruzwa & Seruvisi

Abacuruzi b’Ubwishingizi

Abahuza mu Bikorwa vy’Ubwiteganirize bw’Amazu

Abarimu ba K-12, harimwo n'Uburezi Bwihariye & CTE

7,460

Abahinga mu kuraba Abakozi 1,390

Abahinga mu Mibanire n’Abanyagihugu

Abahinyanyura ivyanditswe, Abanditsi, n’Abafise ivyo banditse 1,100

Abahereza mu masengero 1,020

Abakozi b'Imibereho Myiza y'Abana, Imiryango n'Amashuri 890

Abahinga mu Gukarisha Ubwenge n’Iterambere

Abajanama bihariye muvy’Ubutunzi

Abahinga mu Burezi bw’Amagara y’Abantu

Abegeranya Imfashanyo

Abacuruzi b’Ibikorwa vy ’Ubutunzi

Abakozi b'Imibereho Myiza mu Magara y’Abantu, Gukoresha Ibiyovyabwenge n'Amagara yo Mu Mutwe

Abajanama mu Mashuri n’Akazi

Abahuza ivyigwa

yisumbuye + Ugukarisha ubwenge $32/$66,781

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza na/$67,717

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $35/$71,871

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $30/$61,847

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $36/$75,010

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $32/$65,631

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $31/$63,506

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $35/$72,003

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $52/$108,757

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $34/$70,078

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $33/$68,330

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $41/$84,528

y’Icicaro ca kabiri ca Kaminuza $33/$67,874

y’Icicaro ca kabiri ca Kaminuza $30/$62,555

y’Icicaro ca kabiri ca Kaminuza $37/$76,628

Vyerekana ko Imyimenyerezo y’akazi Yanditswe muri Vermont ihari kugira uronke ako kazi.

Ivyitezwe Gufunguka mu Myaka 10
Amashuri Make Asabwa mu kwinjira
Umushahara Mpuzandengo (Kw’ isaha/ku mwaka)

Buri kazi kerekanywe hano gitegekanya kuzotanga umushahara mpuzandengo urenze $30 ku isaha kandi kuzogira n’imiburiburi imyanya 300 mu gihugu hagati ya 2022 na 2032. Ubumenyi busabwa uyu munsi

bufise agaciro k'igihe kirekire kandi ni ibikoresho ushobora kuzohora ukoresha mu kazi kazoza.

Ushaka gukoresha iminwe canke gukoresha imashini mu gukora, gutunganya, canke kubaka ibintu?

Abayobozi ndetse n'Abakuru b'Abatetsi

Abayobora Imashini za CNC

Abafundi b’Imashini zo mu Mahinguriro

Abasukuzi b'Amazu n'Abashinzwe Gushiraho Imiringoti

Abashinzwe Gushiraho Imirongo y’Umuyagankuba n'Itumanako

Abaganga b'Isuku y'Amenyo

4,270

yisumbuye + Ugukarisha ubwenge

Imyimenyerezo y’akazi Yanditswe

Imyimenyerezo y’akazi Yanditswe $46/$95,497

Impamyabumenyi itangurira iy’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

Abafundi ba Radiyo 330 Impamyabumenyi itangurira iy’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

Abahinga mu Bwubatsi

Abahinga b’Amamashini

Abahinga mu Mahinguriro

$49/$100,924

$41/$84,594

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $40/$83,709

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $50/$104,221

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $50/$104,951

Ivyitezwe Gufunguka mu Myaka 10
Amashuri Make Asabwa mu kwinjira
Umushahara Mpuzandengo
isaha/ku mwaka)

Wibaza aho gutangurira?

Raba ubu buzi bune bwanditse mu ndome zijimye, bwitezwe kuzoba buronderwa cane mu myaka iri imbere.

Ibuka: umushahara ushingira ku bunararibonye, ku mashuri, n’ubumenyi. Nimba uri mushasha mu kazi canke ukwije ibisabwa by'amashuri by'intango, umushahara wo gutangura ushobora kuba muto.

Ushaka kuraba, kwiga, gusesengura, no gutorera inyishu ibibazo?

Abahinga mu gufasha Mudasobwa

Abakora porogaramu za Mudasobwa

Abahinga b’Ibikoresho vyo kwa Muganga

Abahinga mu Bidukikije

Abashushanya

Abaforoma babigize Umwuga

Abaganga mu vy'Ururimi n'Ibiyago

Abaganga b'Imikurire y'Umubiri

Abaganga b’Ibikoko

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

$43/$89,838

y’Icicaro ca kabiri ca Kaminuza $63/$131,837

Impamyabumenyi y’Icicaro ca kabiri ca Kaminuza

$38/$79,018

Impamyabumenyi y’Icicaro ca gatatu ca Kaminuza $46/$96,654

y’Icicaro ca gatatu ca Kaminuza

Ivyitezwe Gufunguka mu Myaka 10
Amashuri Make Asabwa mu kwinjira
Umushahara Mpuzandengo (Kw’ isaha/ku mwaka)

Ufitiye amatsiko akazi katari muri uru rutonde?

Hari ayandi masoko meza y'ubuzi muri Vermont aboneka –nk’abashinzwe amatara, abacungamutungo, abahinga mu mashini za diyezeli, n'abashushanya imbuga za interineti. Kugira ngo usuzume izindi nzira z'akazi, gana: www.vtlmi.info ufyonde kuri Career Exploration.

7,200

Abakozi

Abafasha mu vy'Amategeko

Abashinzwe Ubutunzi n’Abagenzura Ubutunzi

Abayobozi b'Ikoreshwa ry'Inyandiko

Abasesenguzi b'Imicungire

Abasesenguzi b'Isoko 1,160

Abahinga mu Gucunga Imigambi

Abaguzi n'Abakozi bashinzwe Kugura

Abasesenguzi b'Imikorere ya Sisitemu za Mudasobwa

Abanyamategeko

Impamyabumenyi itangurira iy’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

$32/$65,830

$38/$78,221

y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza $43/$89,484

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

Impamyabumenyi y’Icicaro ca mbere ca Kaminuza

y’Icicaro ca gatatu ca Kaminuza

Kugira umenye vyinshi ku buzi muri Vermont hamwe n’ivyigwa no gukarisha ubwenge vyotuma uhashika. Uzi kwitunganya neza kandi uha agaciro buri kantu kandi ukunda gukorera ku makuru menshi?

$55/$113,493

$34/$70,809

$41/$84,329

$30/$62,444

$53/$110,417

$52/$107,872

Ivyitezwe Gufunguka mu myaka 10
Amashuri Make Asabwa mu kwinjira
Umushahara Mpuzandengo (kw’ isaha/ku mwaka) Abakozi

The Vermont Department of Labor (VDOL) ihari kugira yorohereze ubuzima bw’abakozi ba Vermont. Igisata gikorera abanyagihugu n'ibigo by'ubucuruzi muri Leta kugira ngo Abanya Vermont bose babone ubuzima bwiza, babe mu mutekano, kandi bagire akazi gafise agaciro.

Uyu mutungo wegeranirijwe ku migambi y'akazi y'igihe kirekire ya VDOL yasohotse muri Munyonyo 2024, hamwe n'amakuru y'imishahara ya 2023 yahinyanyuwe gushika 2025.

Ishami rya Vermont Community Foundation ryifuje ko haba Vermont itera imbere aho ivyigwa vya kaminuza n'ugukarisha ubwenge mu kazi vyugurura imiryango y'amahirwe n'akazi kizewe muri Vermont.

Mu gusigura aya makuru mu rundi rurimi, Gusaba agatabu k’ubuntu, Kandi no ku bijanye n’ibikoresho vy’akazi, gana urubuga mcclurevt.org/jobs

Amafoto: Flywheel Industrial Arts, Green Mountain Power, OnLogic, Vermont State University (VTSU), Winooski High School

Turn static files into dynamic content formats.

Create a flipbook
Issuu converts static files into: digital portfolios, online yearbooks, online catalogs, digital photo albums and more. Sign up and create your flipbook.